Комментарии:
befc aramurengeye nagabany amajamb
Ответитьoya ww rap yaw wap kingorongor na befc nib babiz
ОтветитьInzigo izo kwica Fabio kuko urabona urwego agezeko ubu aheruka gutahana 15millions naw wishinga uyogora kiretse ko agusumvya kuririmba nabafana no kwambara ntumwegereza
ОтветитьUrashoboye. Cane. Mwana wiwacu. Fb
ОтветитьUriyemera pe!!!!
ОтветитьSnow cay is the Don
ОтветитьVraiment urashoboye urabaruta Bose
ОтветитьCourage mon frère Fab love
ОтветитьNakubali saana courage
ОтветитьFb love kora ivyaw urek kudugirakuband bro
ОтветитьNic king rapa from kanyosha
ОтветитьFabelove ariyeme come down wewe turazi aba rapper babarundi bashoboye wewe nunva ushaka beef yagukuza mumuziki
ОтветитьAba star b Burundi kweli baratwenza baguma gusa mu burofa......dukeneye ibintu bikaze like ama collabo....ntibabazi vrmnt mubindi bihugu ntagato
ОтветитьAko gahungu kajenana !! Asuzugra ataz UK ibikogwa vyiw binameze
ОтветитьAbout B Face hands up nigga
ОтветитьBest rapper ina di place
Ответитьaca upuuzi petite
ОтветитьEgo niho barinze bakwit fabiyora kabisa...none wewe uzi yuko rap ari nkiy yaw gusa??none nkiyo master yawe atanumuntu yoyumviriza ng akuremwo nicigwa wumva uriko uradederera ibiki..bullshit
ОтветитьThe greatest rapper in our country
ОтветитьErega umuntu yohava yihenda akavuga ngo warasaze m umuntu arahinduka ngira uzikebuka! Reka kuririmba abantu mwana wa mama! Je nzokwemera utagikengerana! Uti ntaba rappeurs bahari? Harya na rimwe n'igiharuro kandi zero yitwa zero ariko n'igiharuro iyo ikurikiye igiharuru niho ubona ingene igara🤣! Man reka kujagara utesha agaciro abantu! Creativity si ukwihenda mwana wacu! We batakwemeza bemeza abandi! B Face ariyubaha kandi arubaha abandi! M nawe hinduke bizoza!
ОтветитьBest Representer mu Burundi 🇧🇮 Juste Gaël 🔥🔥✔️
ОтветитьUyu mu type arabizi gusa nta promotion bamugirira nkakurya bagirira b face nahandi ngaho mu burundi yoba mubambere
ОтветитьGuest/Host !??????
ОтветитьFabilove nareke kwiyemera nta Rap azi
ОтветитьArakomey
masta
Nihatari
Ntawomwishura
ndagufana
Gaizi
None uwo muhungu niwe atanga test yaba Rapeurs ?
Muri urwo rukino ninde ?
Yup yup yup...Best Player
ОтветитьKbsa urabarusha
ОтветитьNsanze Fabelove Azi Hip Pop Cane kurusha uko nari ndamuzi " Na Fizzo ntabuhinga nkubwo afise Kabisa " Abarundi Nuko Gusa Umengo Ukuri kuratugora kuvuga " Fabelove Courage urabizi kandi Urusha Benshi Gose " Really
ОтветитьJw ndemeza ko wewe uri rappeur uburundi bufise kabisa woduserukira.
Congratz kuri Master
B face ndo Best
ОтветитьBig up San Fabe love✌️✌️✌️💥💥💥
Ответитьgood 💣
ОтветитьUriko urakora urumweee gute!! Ufis video imwe rudende 😂😂
Uwomujama arabizi for me but ibikorwa vyiweee ntibishika mubandi nka bface, akili, etc...
Le seul et unique 🔥🔥🔥🔥keshan boy 🤜🏻🤛🏻
ОтветитьFabi yarushe kunyo 😎
ОтветитьIyi radio station irakeneye intebe pe
ОтветитьIyi ngoma ni kali mazhe
ОтветитьJuste gael mutumire fabilove na pim
ОтветитьUracari pet Cha fabiyora nurekere b-fac on tho flow
ОтветитьMushak tubumviriz mudakundana hagati yanyu mugitukana
Blo suko❌❌
gael nuwanka agakwavu aravuga ko kanyaruka b face ntaho bataniye nuy mugabo natekane fabilove niwe ayayata
ОтветитьKing ni king bosa baramuzi murwanda baramutinya man
ОтветитьUrikigugu fabe love ntanaho muhuriy na b face muga ugumumuvganabi kugra umudugireko tekereza w ntuzinokwambara na still ntugira rofa kandi w ntiwohiganwa nawe uracarihagufii
ОтветитьNamb wunv ukora hip hop uze urategera hip hop yomuri americ bakora njy ntuy muri americ ndaguhe urugero blueface,lil pump, Kodak black, lil uzi, Bose duharurako ari hip hop
ОтветитьBarek kumviriza abanyamerika while yakoreshej beat from there🙄😂 just navuge aba rappeur bagenziw arek Gospel artists 🙌🏾 kko ntibanamuvuga😒
ОтветитьVuga make fblv izo kiki zokwifatira aba saza bagukuriye
Ответить