NATACHA arijije NELLY NAT..|| Dj FANNY niwe yabitumnye..|| BIG FIZZO yarambabaje caaane..

NATACHA arijije NELLY NAT..|| Dj FANNY niwe yabitumnye..|| BIG FIZZO yarambabaje caaane..

Isaac Tv

3 года назад

9,373 Просмотров

Ссылки и html тэги не поддерживаются


Комментарии:

@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 - 22.11.2020 14:01

Nice interview Vrmnt
Nelly Nat noma💖💖💖💖💖

Ответить
@fireafrica2142
@fireafrica2142 - 22.11.2020 14:19

Murabura abo muha Interview kweri
None wewe na Fizzo muzopfa munganye??wewe wama ushaka kuzana ingofe kukira uvugwe zureka kwiyemera iyo Rema FM uvuze warakozeyo???none ubu iyumuntu asavye kwimenyereza ahantu aba ahakora???
Wewe urazi ingingo zigenga abakoresha nabakoreshwa?bokwirukana kubera insaku zabantu bazanye kukazi iyo yoba ari compuny canke inzu yumuntu ivyo nyibibaho madam wee zureka kudufata nkabatize hama kizwa uronke inzira yubuzima kuko vyaragucanze pe😆😆😆😆 uriko uranasaza utaramenya inzira yubuzima urimwo ewe wasiwe ziremakwinshi 🤣🤣🤣 wewe si Dj Fanny wenyene mutumvikana brinat na egidology ko baguhakije kugukubita cosi icugurura zuko ufise umunwa muremure utubaha uticisha bugufi urengera nabo mutangana

Ответить
@alexluckybizimana6172
@alexluckybizimana6172 - 22.11.2020 14:21

Ugutera imbere sukutqnegugwa ndetse singuhangana nabakunegura, kuko buri coment ifise icifasha.

Ответить
@lodana2575
@lodana2575 - 22.11.2020 14:56

Ewe nelly nat sha urarab wige kubana n'abantu

Ответить
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 - 22.11.2020 15:32

Yooo uwomukobwa arantera ishavu kwisigira imbere ya cameraman ntaninubwoba

Ответить
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 - 22.11.2020 15:36

Guys malgré k Nelly des fois avuga utuntu tudatomoye🤣🤣 mais na Fizzo urumv ko nawe yavuz ibidatomoye kandi naho ar Umu star wa grave yomwishura. Abaririmvyi mugira utu beaf twuburofa ikibabaje aba fan muca mubakurikira nk'inka.

Ответить
@ancillacicy8981
@ancillacicy8981 - 22.11.2020 15:55

Ariko mana none wewe mpise seka 😅😅

Ответить
@davidcreative1756
@davidcreative1756 - 22.11.2020 16:03

Sindamukunda nagato.

Ответить
@valigatuzo150
@valigatuzo150 - 22.11.2020 17:11

Nelly iyuvurishima iyaburimwiza ngirango wobusara cane urumuntu akomeye gt hakwishima woshimwa nabandi urishira hejuru atawuguhashize hhhhh urantwengeje can ngufashe ngufise izina ry,ubahitse uragwae

Ответить
@vyukaatv7517
@vyukaatv7517 - 22.11.2020 17:12

Nari ndamukumbuy Nelly Naty 🤝🤣🤣Asigayanryoher naho Avuga menshii ,,gusa arafisurukundoo ukuntuu ,,nimuhuze naty na DJ Fanny turabe 🔥🔥🤣🤣

Ответить
@vyukaatv7517
@vyukaatv7517 - 22.11.2020 17:16

Nelly naty Ntanzigo agira avugiraho🤣🤣🤣Ntavyo kwigumizamwo ivyo yabonye bibi acavugiraho ntabindii ,,je ndamufana

Ответить
@michoubigirimana4070
@michoubigirimana4070 - 22.11.2020 18:20

Nelly zurisonera aba Diaspora ntimungana 😏

Ответить
@lydiairakoze5226
@lydiairakoze5226 - 22.11.2020 19:27

Ndakunda nelly Nat ga mana🤣🤣🤣

Ответить
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c - 22.11.2020 21:35

Ndamukunze neri

Ответить
@shurwedydy2715
@shurwedydy2715 - 22.11.2020 22:39

Mbeg abatuk nelly nat murasara
Avugisha ukur knd abarundi iy umunt avug ukur baramugwany
Rek avug ukur k mumugwany

Ответить
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 - 22.11.2020 23:04

Ariko Nelly Nat gerageza urondere ibintu 3 vyotuma mubabaranira nurya mukorwa DJ Funny kubera kuvandamumenye namubonyemwo umuntu wumwigeme yubaha kandi yipfuza gucabugufi, ndabasavye mwese muribabiri mutanguranwe guhamagarana kandi uwuzobona ahamagawe nuyundi azokwitabe numutimamwiza, nukwomumenyeko nokudakundana nukudateza imbere igihugu ariko gukundana niterambere mugihugu.
Please nimubikore ivyondabasavye.

Ответить
@annickniyokwizera1414
@annickniyokwizera1414 - 22.11.2020 23:14

Fanny nawe mwaramwisizemwo cane nubugirakabiri mbonye isaac TV harabantu bamuponda fanny iconzicoco abarundi umurusha ikintu ntimwigera muhunza muzemugira amabifu muyaheraza inyuma TV koko ntahobizobashitsa bibonekako mufise inzigo kandi inyuma yogushirana hanze muzemwibukako inyuma yububuzima hariho ubundi buzima

Ответить
@samialalionne2603
@samialalionne2603 - 23.11.2020 00:37

Nelly ugirimana sindi mu burundi nogukubise kuburyo atanumuntu yoguhaye nayambu ukamenya kubaha famille NYAMURANGWA isaac nawe komeza ivyawe turabibona

Ответить
@henrietteuwamahoro8018
@henrietteuwamahoro8018 - 23.11.2020 00:49

Nelly , biraboneka ko uri naturelle ingene uvuga ibintu kandi urumunyempuhwe ndakumvirije, ikindi numviseko umaze kumenyekana mu nzego z'igihugu uzohore ubanza gucira iyo jojo imbere yuko ukora ikiganiro nurupfasoni rwiza.

Ответить
@euphraimmigueldushime2074
@euphraimmigueldushime2074 - 23.11.2020 01:54

Wa gasakina w!!! Ba witahura kuk t'es rien. Ngo ntutinya?? Wishimikij ik ga wa gihori w?? Arhéee

Ответить
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 - 23.11.2020 02:55

igifaransa Nelly kiragwaye, ngo celeble où célèbre 😏

Ответить
@yasimbeexocet8243
@yasimbeexocet8243 - 23.11.2020 07:50

Kumb yariwew rek nshimir iaasc akutwerets wew nukusa niw wandik ng fizzo womwitwar wandik uburof kum statuts ngemama yatuts stbi WE nimb ni Nelly nanti gend buk iy uba urinamwiza hoho😂😂😂 ub mubi kumubir nomuvyo ukor bib bibi

Ответить
@nsengiyumvaeliphaz2601
@nsengiyumvaeliphaz2601 - 23.11.2020 08:14

Yooo, Uyo niwamukobwa atagira indero , yarerewe kwa Inakuru. Wew ntabavyeyi bakwiye bakureze.. Urigitandero

Ответить
@nsengiyumvaeliphaz2601
@nsengiyumvaeliphaz2601 - 23.11.2020 08:26

Wew ntuvugira igihugu reka kwitwaza abakuru, tu es rien et tu es sans avenir aussi longtemps que tu n'auras pas du respect . Reka kuvuga ayo Mazina Y'abategetsi mukanwa kawe ,ukwo nukubacafuza mugih atandero ufise mumvugo yawe.

Ответить
@Mel5555.
@Mel5555. - 23.11.2020 11:11

Isaac bijemwo sha aba bantu Dj F. na Nelly bumvikane kuko ntaco bapfa. Habaye misUnderstanding. Korera Imana muhungu w'UBurundi. Turakwizeye cane!!! 🇧🇮🇧🇪🇧🇮🇧🇪🇧🇮

Ответить
@samial-khusaibi772
@samial-khusaibi772 - 23.11.2020 11:50

Nelly mugabo wahevye mukorogo hahahah wirabuye kwer Ubu uracashaka umuhungu winzobe utuboko twirabuye

Ответить
@rielson3905
@rielson3905 - 23.11.2020 12:13

Isaac ushikiriza ibiganiro neza..gerageza uzumwiza uyo mugenzi waw aze atanga inkuru nkaw.

Ответить
@Rahma-gt7jj
@Rahma-gt7jj - 23.11.2020 17:29

Je ndarenganye ntaco mvuze kbsaa kndi kuvuga menshi siko kuyamara gusa aba dada bamwe bamwe bo bari muri Buja industrie ntarunundo mufitaniye

Ответить
@malekahmm7502
@malekahmm7502 - 23.11.2020 20:11

Nelly karibu iwacu igitega

Ответить
@malekahmm7502
@malekahmm7502 - 23.11.2020 20:11

Isaac womfasha nimero za nelly naty

Ответить
@guyfleurybarumwete279
@guyfleurybarumwete279 - 23.11.2020 20:54

Reka sha Nelly guhangana nabo mutangana ngo bikunde umenyekane ubadugiyeko

Ответить
@swalehendomix4601
@swalehendomix4601 - 23.11.2020 23:40

Isaac respect

Ответить
@joysalha7635
@joysalha7635 - 24.11.2020 02:48

Imyidogo yabaye ntiyavuze amacakubiri yubwoko ahubwo mwebw mwabitahuye nabi yar imyidogo yama classe gusa ko abandi baba muma Cartier yaba fonctionnaire yitabwaho ariko abanyagiswahiri batitabwaho caane nkabandi. Amacakubiri muyakure ku ma TV.

Ответить
@cecilentakirutimana7030
@cecilentakirutimana7030 - 24.11.2020 07:23

Nikagende hiyo D J Fanny niwe bakubwiye kwadakorera igihugu wewe ntukomey uriko widuzaduza ukora iki D j Fanny adakora bawiratira hiyo kuko Fanny numuntu yisoner can

Ответить
@kanekiki8852
@kanekiki8852 - 24.11.2020 09:59

Utwo nuduki?ni social distance😂😂😂😂kbsaa madame za urivugira ikirundi mwiza kan mm urazi k ur umusazi sazi😂ndakubujij kuvuga Fizzo 🙅🙅plus jamais urabona😂😂nosense

Ответить
@alngg1298
@alngg1298 - 24.11.2020 11:20

Ese umwanya wanj ntaye iyojiji yama yambaye udufime yanka kwerekana agasura kiwe hhhhhhhh

Ответить
@nzitondaantoine6315
@nzitondaantoine6315 - 24.11.2020 19:15

Natacha afise umutima wurukundo kbsa

Ответить
@irakozemwanaidi1085
@irakozemwanaidi1085 - 24.11.2020 21:23

🤣🤣🤣🤣 issac utuzanire na dj fanny imbinu nuburyohe

Ответить
@user-sy1zz5up8x
@user-sy1zz5up8x - 25.11.2020 00:32

Pole mwana 🤣🤣🤣kararize akokana basha mugabo icomupfa NA djy fanny kirakomeye

Ответить
@bienfaitniyonkuru5585
@bienfaitniyonkuru5585 - 26.11.2020 00:01

uwo nugutakara gusa

Ответить
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 - 26.11.2020 09:42

Rekana nako kamalaya

Ответить
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 - 26.11.2020 09:45

Uri excitée?🙌🏿🙌🏿🤣🤣

Ответить
@samuelniyokwizigigwa6402
@samuelniyokwizigigwa6402 - 29.11.2020 03:46

Bnjr isaac.avuze ibusazi sazi.n'atubwire ivyo vyubusazi sazi hamwe n'abasazisazi babirimwo.mbe hoho ashaka Bose bamumenye?Wew azi Bose?nareke kwigira vyinshi shaa.

Ответить
@samuelniyokwizigigwa6402
@samuelniyokwizigigwa6402 - 29.11.2020 04:07

Shaa avuze vyinshi ariko ntahave avuga ivyo bitaberanye kuko ivya démocratie ntavyinjiremwo cane.

Ответить
@nusra2574
@nusra2574 - 29.11.2020 23:26

Nely Nat kora akantu,ndakumbuy skendo zaw🤣🤣🤣

Ответить
@kwizerazenab814
@kwizerazenab814 - 30.11.2020 16:38

Uyu Dada muda mwengine uwa anaongeya kweli ila mtu hawezi pendwa nawote

Ответить
@minabuelysee8
@minabuelysee8 - 01.12.2020 12:06

big up Isaac

Ответить
@irakozesania1680
@irakozesania1680 - 21.02.2021 02:14

Mbon kwa mweusi 😂😂😂😂 olalala

Ответить
@sandrinendayikengurukiye3193
@sandrinendayikengurukiye3193 - 15.06.2022 01:56

Uwo mukecuru ntawe batankana🤣🤣

Ответить