#Burundi: Abaserukira ibihugu vyabo hamwe n'amashiramwe mpuzamakungu baragendeye ikirimba c'ingoma kiri mu #Gishora mu ntara ya #Gitega, aho Umwami #MweziGisabo yahungiye ariko ahigwa n'Abadagi, muri rwarugendo rwo kubereka ibibanza vy'iratiro rwatunganijwe n'ubushikiranganji bw'imigenderanire n'ayandi makungu n'ugufashanya mw'iterambere. Bakaba barahawe insiguro zitandukanye zibikoresho vyakoreshwa aho mu ngoro. Kwirikirane n'insiguro bahawe kuri ico kibanza c'iratiro