Комментарии:
Wow such amazing interview🇧🇮🇧🇮
ОтветитьAbo haribisomwa batiga ntuzubagora harivyo bagenda basimba nkumwana wumukuru wigihugu mubaze indimi nyamahanga muga birababaza pe
ОтветитьUsaneza mukobwa mwiza,wararezwe neza
ОтветитьUsaneza mukobwa mwiza,wararezwe neza
ОтветитьLike daughter like mother, mama Buntu yubahwe❤
ОтветитьTrès belle fille ,bien eduqué Drocas Nkurunziza
ОтветитьImana iguhezagire cane Kibondo mwe n'abo muvukana tubipfurije kugira ubutwari nk'ubw'umuvyeyi wanyu, wacu Papa Burundi.
ОтветитьUwo umuntu wo muri Labo nawe aba ari intangangabo nintanga ngore bahuza hama bakajya kuzirerera Muri laboratory ,so bisobanuye ko nukureba umuntu bisaba ikigore nikigabo ahantu hose kndi 50% Kuri 50% so conclusion Bose baruzuzany c' est tout
ОтветитьWarahezagiwe❤
ОтветитьNdamukunze Pe ❤️💗
ОтветитьBeautiful ❤
ОтветитьI’m Congolese but I really felt in love with this family
I love you so much Nkurunziza family ❤❤❤
Uyumwana ndamukunda gushika
ОтветитьOoooooohhhh She's so beautiful ❤muzomugarukane kandi please! Mbe niwe mwigeme wenyene iwabo??
ОтветитьNtiwamubajije akantu muntu, ko afise uwo bakundana!
ОтветитьIndero iva hasi!! Respect Mama Buntu 🙏🙏🙏
ОтветитьIcana ciza cane. Très mignonne vrt.
ОтветитьElle tres belle ❤
ОтветитьComme elle est belle
Ответить🙏 💞💯
ОтветитьThis the best interview with humble people waoouh!! Siren vibes🔥🔥
ОтветитьUmukobwa mwiza
Ufite umutima n'indero
Elle est très belle trop magnifique asa neza donc ndakubonamw ubwiza bwabavyeyi bawe Imana ibakomezz iguhazz ubwiza bwayo Dorcas
ОтветитьFantastique
ОтветитьUwo mwana ndamukunze , afite ubutwari bukomeye
ОтветитьNdakwikundira disi uzubwenge nka papa wawe
ОтветитьNono noo
ОтветитьVery good !!🇨🇩from💪💪
ОтветитьAsa na Nkrunziza
ОтветитьNkunda uburyo yigishije abana be ubupfura yagiye neza lmana imuhe iruhuko ridashira yakundishijije abarundi bose gusenga
ОтветитьSmart girl.she speaks well.she IS humble as hier father our mirror.thanks Siren vibe
ОтветитьNubwambere mbonye umwana wa nkurunziza . Muga gayemwe nimwizape ❤
ОтветитьTu parles comme sa père mais agend yig ibisokoz
ОтветитьTrès belle et sympa
ОтветитьC est une diplomate ntapfa ivy avuze....n umupfasoni
Ответить❤️❤️🥰🥰
ОтветитьYoooo,she cute 🥰
ОтветитьUyu mwana afise ubwenge nukwicisha bugufi,murikazoza azoba imboneza.
ОтветитьUmutama yansize abana bicabwenge cane Mana turagushimira
ОтветитьMbega umukobwa ateye nka maman we. Kandi aritonda ntameze aciye bugufi disiweeee,je t'aime
ОтветитьNiciza vrm Giseka neza ♥️
ОтветитьCourage ndamukunze
ОтветитьUmwana windero
ОтветитьNdagukunzze mukobwa wubwenge
Ответить❤❤❤
ОтветитьChère Dorcas,Je t'aime Tant.Tu es sage,cool, humble,Jolie,Intelligente,Bajoux.....
ОтветитьNshimye n'uwamutumiye kuko yagumye kuma sujets de son âge.
Ответить❤
ОтветитьElle très belle, très magnifique.... Just whaou 😍👌🏽
ОтветитьTrès jolie dodo ndakej mama buntu areresha abana biwe indero runtu nurupfasoni avuga atuje sha ukurane ubwenge nubwitonzi dorcas
Ответить