NAKOZE UBUKWE UMUGENI YANGA KO TURYAMANATwapfuye BIZUNATOROTSE U BURUNDI kubera umugoreISIMBI TV

NAKOZE UBUKWE UMUGENI YANGA KO TURYAMANATwapfuye BIZUNATOROTSE U BURUNDI kubera umugoreISIMBI TV

ISIMBI TV

4 месяца назад

311,242 Просмотров

Ссылки и html тэги не поддерживаются


Комментарии:

@user-vk2pi7du3e
@user-vk2pi7du3e - 16.02.2024 22:17

😢

Ответить
@uyisengachantal3452
@uyisengachantal3452 - 17.02.2024 12:07

Hariho nabagabo barenganye kweri

Ответить
@mariboridiane8350
@mariboridiane8350 - 18.02.2024 20:36

Sorry prophet Imana izaguha undi ugukwiriye

Ответить
@OsiasMbonihankuye-mp2pf
@OsiasMbonihankuye-mp2pf - 18.02.2024 22:51

Ntabeshe abantu uyumugabo acubaka these twarabonako arinka plank yurugo yari film jendumwe muboyayobora

Ответить
@kiamjoe7196
@kiamjoe7196 - 20.02.2024 02:13

Pasteur Imana iguhe umugisha utagabanije warasengeye umwana wanje arakira.

Ответить
@salimajosephine1673
@salimajosephine1673 - 20.02.2024 08:09

Ubyiriza neza cyane

Ответить
@salimajosephine1673
@salimajosephine1673 - 20.02.2024 08:11

Ariki wahuye namaimuna ibyogusomana mubantu nibya gipagani

Ответить
@salimajosephine1673
@salimajosephine1673 - 20.02.2024 08:12

Ariko gusa biblia ntikwemerera gushaka undi mugore

Ответить
@GateteAime-co5vb
@GateteAime-co5vb - 22.02.2024 00:12

Yooo ihangane nshuti yu musaraba uwayo ntazigera akorwa nisoni iteka lmana izaguhoza amarira Kandi izagukubira 2

Ответить
@user-fo4gr7lo9r
@user-fo4gr7lo9r - 26.02.2024 12:29

Pole papa twaragukunda ubundi harabaza arintumwa za satani ubundi Imana ishimwe kowakijije ubugingo

Ответить
@jesuslesauveur357
@jesuslesauveur357 - 27.02.2024 00:38

Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akabira uwundi, aba asambanye; kandi n'uwabira umugore yahukanye n'umugabo wiwe aba asambanye.

Ответить
@jesuslesauveur357
@jesuslesauveur357 - 27.02.2024 00:38

Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akabira uwundi, aba asambanye; kandi n'uwabira umugore yahukanye n'umugabo wiwe aba asambanye.

Ответить
@jesuslesauveur357
@jesuslesauveur357 - 27.02.2024 00:44

Uwo mutama ntaje mu busambanyi avyita ngo ni mariage. Mariage ni rimwe gusa gushika uwo bagiranye iya mbere apfuye. Aho ni kubari mu kuri kwa Bibiliya

Ответить
@jesuslesauveur357
@jesuslesauveur357 - 27.02.2024 00:47

Conjoint canke conjointe wa mbere akihari, nta wa kabiri. Ubusambanyi umwe agize burekurira uwundi kuvana, divorce, ariko ntibumuha uburenganzira bwo kurongora uwundi canke kurongorwa n uwundi uwa mbere akiri muzima

Ответить
@jesuslesauveur357
@jesuslesauveur357 - 27.02.2024 00:53

Imvo n'uko Mpwemu w'Uhoraho akiri ku murimo yinginga imitima kwihana, kandi ku bihanye amaraso ya Yesu arakiza. Uwo mugore yacumuye yihabye agakizwa azaba muzima, igikoresho c icubahiro kigirira akamaro Data mu nzu ye. None amaze kwakirirwa mu nzu kwa Data no mw ijuru mu rugo kwa Pasitori Mukristo azoreka kuhataha kubera iki? Ntimuzimire kandi ntimutuzimoze mw izina ry abakozi b Imana

Ответить
@user-vr2wt8wb2e
@user-vr2wt8wb2e - 29.02.2024 10:20

Poresana.imana.niyoyagutabaye.kweri.ahubwo.wariwihanganyep

Ответить
@user-fk5rl2sl7l
@user-fk5rl2sl7l - 29.02.2024 10:49

Gukira divosi nibibi kuko numunu wayikoze kubana nawe nihatari

Ответить
@davidselenino6125
@davidselenino6125 - 29.02.2024 14:07

Wakoze ikosa Ryo kurongora umunyamahanga iyo ushaka umunyarwanda kazi ntakibazo warikugira

Ответить
@PerusNiyigaba-kl7ix
@PerusNiyigaba-kl7ix - 29.02.2024 18:32

Akabizuuuuuuuuuuuuuuu😂😂😂😂😂😂😂😂😂

Ответить
@PerusNiyigaba-kl7ix
@PerusNiyigaba-kl7ix - 29.02.2024 18:44

Pore nukuri

Ответить
@lydiankurunziza3289
@lydiankurunziza3289 - 29.02.2024 22:44

Niba witeze kubana nuwundi uranyranye nijuru kk icaha kitababarirwa kumana nikwiyahura nikugira divorcé ahubwo nkuko wabivuze wokwibereyeho icokubereye ciza nuko atawundi worongoye knd wananiwe nikwihangana 8mois hari hakiri kare gsa uragowe kumana

Ответить
@CanesiusHAKIZIMANA
@CanesiusHAKIZIMANA - 01.03.2024 01:42

Imana ikubzbarire kuko amakosa niwewe uyafise

Ответить
@user-hj3th1ir4l
@user-hj3th1ir4l - 02.03.2024 22:57

Pole sana muntu wimana Ndiho yarahabaye mwicogihe imana ninziza pe

Ответить
@user-hj3th1ir4l
@user-hj3th1ir4l - 02.03.2024 23:06

Ivyakubayeko birababaje ariko ntakiba imana itagishatse mugenzi uwo ntiyari umugore ahubwo nidayimoni

Ответить
@umunsimwizatv132
@umunsimwizatv132 - 03.03.2024 00:57

None ntiwari warongoye indaya.ese warasenze Ngo Imana uguhe uwo muzabana
Imana yarakubujije wanka kumva .

Ответить
@Beatvio3
@Beatvio3 - 03.03.2024 15:01

Many are irresponsible guys users😂

Ответить
@alexisiradukunda1320
@alexisiradukunda1320 - 04.03.2024 08:33

Yesu ashimwe caaane hama Mr Sabin turasavye uduhe whatsap ya Prephète mwoba mukoze guko ni urgence vyihuse hariho umutima worokoka

Ответить
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 - 05.03.2024 03:28

Nonuwomugore agumari ruperezanta kandiyahukanye numugabo wisezerano bishobokabite

Ответить
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 - 05.03.2024 03:39

Mbegawibaza kokubumwungere yabihawe numugore oya yabihawenimana nagume ayoborintama zuhoraho ahezagigwe ameni

Ответить
@OzemyItangakubentu-kb8gf
@OzemyItangakubentu-kb8gf - 05.03.2024 17:24

My God prophet ndagukunda. ndashimiye Imana ishikanye kuriyi video. ndamenye ukuri. kuko amakuru beshi barifite kur case yawe iri wrong. but now I get right in this video. be strong Man of God. we love you till now

Ответить
@NdayikezalEmmanuel
@NdayikezalEmmanuel - 05.03.2024 20:21

Ndakwikundiye shaaa warahuye na banjanye uyo mugore Azopfa ababaye

Ответить
@nsabimanaolivier8536
@nsabimanaolivier8536 - 07.03.2024 00:31

Uyu mugabo ari guhisha ibintu byinshiii! Impamvu ari gutanga ntabwo yatanya couple. Ikindi ngo bafatanya gusenga , ni ikibazo kiri hagati yanyu 2 mukabasha kumvikana gukora amasengesho yiyo minsi yose ,byabananije iki kumvikana?? Na version y umugore izaza!

Ответить
@DiegoBujonga-ru5qn
@DiegoBujonga-ru5qn - 08.03.2024 11:54

Abakowa bifuza kubaka urugo bakarubura abaruronka bakaba ba shetaniya,pole paster nari narishimiye ko wamaz ubukwe nn biranse

Ответить
@clairemukomereuwamwezi7197
@clairemukomereuwamwezi7197 - 12.03.2024 02:50

Mana we ,Imana ikurengere yibuke imirimo uyikorera uradufasha cyane,kunyigisho uduha,ubuzima nishuri,urushako nakarusho,humura Imana izaguhoza

Ответить
@mbanzaviolette1367
@mbanzaviolette1367 - 15.03.2024 07:11

Twese tura barundi kazi ariko uyo mugore wawe yari sema yumugore ntatume utahura abarundi kazi nabi siko twese tumeze nuyo yene mwahuye sibose

Ответить
@angelyncandiramiye
@angelyncandiramiye - 24.03.2024 03:45

Imana idufashe Mana😱😱

Ответить
@gaudencendururutse4617
@gaudencendururutse4617 - 31.03.2024 19:00

Mpore cane pasto.Inzira ija mw, Ijuru iragoye.Atiko humura Yezu aragakunda yakuremye ufise urukundo rwihariye.Azokwirura iguhe amahirwe yakabiri alwihere wanyawe yakugeneye.Arahari mw,isi yUmwuka humura Imana izoguha Uwo yakugeneye igihe kigeze..hanga amaso I Goligota Ku Musalaba was Yezu..Uzirurwa n,uwakwiremeye.

Ответить
@yolo._96
@yolo._96 - 07.04.2024 21:57

Si kibazo c umuco kuko ndi umurundi kandi iyo si mico yacu. Wagiye kurondera imbonerakurekazi ngugomba kuyigira umugore.abanyarwanda ntimuramenya cndd fdd icarico

Ответить
@IrankundaGhyslaine
@IrankundaGhyslaine - 29.04.2024 21:33

Ntiyaruw lmana yaguteguriye uwaw arahari

Ответить
@MugishaDiane-vm5fz
@MugishaDiane-vm5fz - 01.05.2024 17:31

Urigisuma birazwi washka umugore utagira ifaranga muzi gutekimutwe😢😢

Ответить
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 - 21.05.2024 17:41

ATI Kubita Urushi rwa mbre, urwa kabiri gatatu😳😮

Welcome to Modern Women 😂😂😂

Ariko Urankomeje nanje ntivyoroshe Umugore wanj yari Umunyarwandakazi yanteye guhahamuka Umutima wokutizera Abanyarwandakazi bose nabo ntazi kubera Umutima mubi namubonyemwo🤦🏽‍♀️

Ответить
@Buy_ur_wings
@Buy_ur_wings - 02.06.2024 20:43

😂😂😂😂 iyi nigga hagutanga care yakatishije tiquet bajya Ku musozi😂😂😂

Ответить
@MukashemaCloudette
@MukashemaCloudette - 03.06.2024 15:47

Ahubwo urikiremba uzagekwivuza!!?

Ответить
@PerusNiyigaba-kl7ix
@PerusNiyigaba-kl7ix - 05.06.2024 00:24

Pore

Ответить
@uwimanikundajoyeuse8322
@uwimanikundajoyeuse8322 - 09.06.2024 20:33

Pastor ibyo byari ubuzima komeza mu nzira tunyura habamo imisozi n'ibikombe kandi ni ho duca tujya ibwami

Ответить
@NiyonsabaJeannette-bv9pb
@NiyonsabaJeannette-bv9pb - 15.06.2024 22:06

Paster komera warakomeretse pé lmana izagushyumbusha, rwose uwo mugore Nti yagukundaga rwose

Ответить
@ISIMBITV
@ISIMBITV - 17.01.2024 22:28

NUMERO YA MUKIRISTU RICHARD: +256741 510803

Ответить